Hakim Nkengurutse, umusore w’umurundi akora mu vy’imideri

Sangiza Nabandi

Hakim Nkengurutse, umusore w’imyaka 20, avuka mu ntara ya Rumonge, amaze guserukira u Burundi mu mahiganwa y’imideri yo ku rwego mpuzamakungu. Aba mu gihugu ca Afrika y’epfo kuva mu mwaka wa 2014, akaba amaze gukora akatari gake nk’umunyamuderi mu kwambikwa n’ibigo bikomakomeye vyo muri ico gihugu.

Sangiza Nabandi

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *