Uburaya mu Nzira yo Guhagarika Amafaranga Ahabwa Abasirikare b’Uburundi

Sangiza Nabandi

Inama nshingamateka y’umuryango w’ubumwe bwa Buraya mw’itangazo ryayo ryo kuri uno wa gatatu yemeje ko mu Burundi ubwicanyi ndengera butungane, kuboreza abantu igufa, kubafungira ubusa, kubanyuruza, kuburabuza abanyamakuru, abaharanira agateka ka zina muntu n’abatavuga rumwe na Reta biriko birarenga inkombe.

Abashingamateka ba Buraya basiguye ko bafise ubwoba bw’uko indyane za politike mu Burundi zishobora kuzohindukamwo ikibazo c’amoko.

Babivuga bishimikije “inzandiko n’amajambo y’abategetsi bamwe bamwe abiba urwanko, afatira mu kivunga abatavuga rumwe na Reta, abo mu mashirahamwe yigenga, abamenyeshamakuru hamwe n’abatutsi nk’abansi b’ubutegetsi bategerezwa kurimburwa.”

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *